Didier Parfait Akimana

Didier Parfait Akimana a content creator

21/06/2026
Happy Father's day to all responsible father figures in our lives...... And for those who grew without fatherly love ♥️ ...
21/06/2026

Happy Father's day to all responsible father figures in our lives...... And for those who grew without fatherly love ♥️ don't give up get a good father for your kids.... Men avoid being dead beats...... Have a fine Sunday y'all.

Ukora intabi ukayisanga imbere   africa yirukanye aba nya mahanga baba nyafrica iguhugu ca    naco cahagaritse ibiduga v...
31/05/2026

Ukora intabi ukayisanga imbere africa yirukanye aba nya mahanga baba nyafrica iguhugu ca naco cahagaritse ibiduga vyo mubwoko bwa scania 5000 vyari bijanye ibidandazwa mubihugu bibanyi yavyimye inzira ko atagihugu cabo bazosubira gucishamwo ivyo bidandazwa vyabo ubu kumupaka wa na akaba ari ambutiyaje yumurongo wivyo biduga iguhugu ca south africa kikaba kiriko gisaba ibiganiro na mozambique ariko vyanse ati umwe wese niwabo😃
👈 komeza mukora follow nimba mushaka kuguma muronka inkuru zir update 🙏🇧🇮🇦🇪

Ndabira uyu mu jeune abaye premier ministre kweli🦁🦁
24/05/2026

Ndabira uyu mu jeune abaye premier ministre kweli🦁🦁

19/05/2026
18/05/2026

So sad😔 😟 🙁

🛑🇹🇿 Muri Tanzaniya, umugabo yarasambuye inzu yari yarubakiye nyina w’umugore wiwe inyuma y’aho umugore wiwe amusabiye ga...
09/05/2026

🛑🇹🇿 Muri Tanzaniya, umugabo yarasambuye inzu yari yarubakiye nyina w’umugore wiwe inyuma y’aho umugore wiwe amusabiye gatanya(Divorce).

👉 Okon Michael yari yarubakiye nyina w’umugore wiwe inzu nziza kugira ngo yerekane urukundo yakunda umugore wiwe. Inyuma y’imyaka ibiri, umugore wiwe yasavye gatanya(Divorce) avuga ko atakibona amahoro muri urwo rugo. Inyuma ya gatanya, uwo mugabo yagiye n’imashini gusambura inzu ya inabukwe wiwe.

👉 Mwebwe muvyumva gute? Uwo mugabo yari mw’ikosa canke yari mukuri?

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Didier Parfait Akimana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category