28/10/2022
hello guyz uno musi tubazaniye inkuru yaciye ibintu kw'isi iratangaje iranasekeje caane Bamwitwa aji yahora aba muri Afrique yepfo akaba yari amaze imyaka Mirongo itanu atoga uno musi ababanyi bagerageje kumwoza yaciye yitaba imana Bamwitwa aji Kora na kuri ino page ukomeze ubone inkuru zigezweho Kw'isi