Kim The Light

Kim The Light BE YOU 100%

07/16/2026

Motivation

๐Ÿ”ด   : INKURU IBABAJE CANE !!! ๐Ÿ˜ญ Yitavye Imana inyuma y'imisi itatu gusa agize Ubukwe ( Mariage ).Ni kumutumba wa Muhanga...
07/16/2026

๐Ÿ”ด : INKURU IBABAJE CANE !!! ๐Ÿ˜ญ Yitavye Imana inyuma y'imisi itatu gusa agize Ubukwe ( Mariage ).

Ni kumutumba wa Muhanga , muri Komine ya yagutse mu Ntara ya BUTANYERERA aho Uno mukenyezi mubona kw'ifoto ari kumwe n'umushingantahe wiwe bagize Ubukwe kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 11/07/2026 aca yitaba Imana kuri uyu wa Kabiri itariki 14/07/2026.

Bimwe muvyo Uwabuze yayagiye ikinyamakuru Ineza Magazine , yavuze ko ku wa kabiri bavuye muhira bagiye kugura Amakara bageze mu nziza basanga bibagiwe AKAMWANYA , niko guca basubira inyuma gaze murupangu Umuhungu yinjira munzu asohotse asanga Umukenyezi wiwe yagiye.

Umugabo niko guca atangiriza hose cane cane kw'isoko ya MUHANGA kuko bari basanzwe baba hafi yaho ndetse no Mu GASHURUSHURU aho uMUmukobwa yarasanzwe avuka hose arabura.

Vyabaye mumasatatu yo mugatondo ariko inyuma y'amasaha menshi bariko baramurondeza hageze mumasacenda yumurango niko guca bumva inkuru ko bamutoye ku ruzi rwa ruri hafi ya Komine Muhanga asa n'uwatwawe narwo.

Abamubonye ari kururwo ruzi bemeza ko basanzwe amazi yamutaye kwibuye riri kunkengera ndetse ariko biboneka ko munda hiwe atamazi arimwo , ikindi bemeza ko hariho impuzu zimwe yari yambaye basanze zitakimuriko.

Uwo mushingantahe akaba yaciye ajana Umupfasoni wiwe mw'itongo ry'Abapfuye riri i Muhanga.

TURIHANGANISHIJE UMURYANGO WABUZE IMANA IREMESHE ABASIGWA AHEZA NI MW'IJURU ๐Ÿ’”๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ

Nice ๐Ÿ’ž๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’ž
07/15/2026

Nice ๐Ÿ’ž๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’ž

07/15/2026

Mwaramutse neza
Trรจs Honorable President du Sรฉnat Burundi Gervais NDIRAKOBUCA uku niko abona ivya vision ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’ž 2020-2040 na 2040-2060

Namwe niko muvyumva
Namuheruka kera.
๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’•๐Ÿ’•

 Ntara ya ButanyereraKomine TangaraZone KananiraUmutumba KamiraAgacimbiri Rusabagu             Hari kur uyu wa1 igeneker...
07/14/2026



Ntara ya Butanyerera
Komine Tangara
Zone Kananira
Umutumba Kamira
Agacimbiri Rusabagu
Hari kur uyu wa1 igenekerezo rya 13/7/2026 igihe cisaha zine niminota 50(10h50),aho uwitwa NDAYIZEYE Libert , 44ans, umugabo w abana5
Mwene KAGAYIGAYI Melchior na NKOROKA Immaculee.Aho umukenyezi wiwe agodotse asanga umugabo wiwe yiyahiye.

Ibintu biri kuba muburundi nibiki ?

Docteur Pasteur Denise Nkurunziza ๐Ÿ‘‘
07/12/2026

Docteur Pasteur Denise Nkurunziza ๐Ÿ‘‘

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ›ฌ : Abarundi atari bakeBazindukiye kwakira Nyenicubahiro 1stLady ๐—”๐—ป๐—ด๐—ฒ๐—น๐—ถ๐—ป๐—ฒ ๐—ก๐—ฑ๐—ฎ๐˜†๐—ถ๐˜€๐—ต๐—ถ๐—บ๐—ถ๐˜†๐—ฒ. ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐ŸงณAbarundi n'Abarundikaz...
07/12/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ›ฌ : Abarundi atari bake
Bazindukiye kwakira Nyenicubahiro 1st
Lady ๐—”๐—ป๐—ด๐—ฒ๐—น๐—ถ๐—ป๐—ฒ ๐—ก๐—ฑ๐—ฎ๐˜†๐—ถ๐˜€๐—ต๐—ถ๐—บ๐—ถ๐˜†๐—ฒ. ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿงณ

Abarundi n'Abarundikazi bazindukiye ku
Kibuga cโ€™Indege Mpuzamakungu citiriwe
Melchior Ndadaye i Bujumbura kwakira
Nyenicubahiro Umutambukanyi wโ€™Umu
Kuru wโ€™igihugu.
Vyatewe iteka na Docteur Pasteur Denise Nkurunziza ๐Ÿ‘‘ ๐Ÿ‘‘ ๐Ÿ‘‘ ๐Ÿ‘‘ ๐Ÿ’• ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ’ž uwahoze ari First Lady ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ’ž ๐Ÿฅฐ

Aho ni inyuma yo guhabwa ubushimwe
Mpuzamakungu ku bikorwa akora bitera
Imbere imibereho yโ€™abanyagihugu.

07/12/2026

First Lady ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Angeline Ndayishimiye akaba ash*tse International Aeroport Melchior Ndadaye yakiranywe igishika n'abantu benshi higanjemwo abafise ivyo bajejwe mu gihugu c'uburundi.

Mumukeze akiriho nk'uko Initiative Bashimire Bakiriho ๐Ÿ‘‘ ibisaba.

Mwibuke ko buri kintu gifise ico kivuze

07/11/2026

Motivation ๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž
โœ๏ธ๐Ÿฅฐ

07/11/2026

Nelly Nat Wa Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Address

Washington D.C., DC

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kim The Light posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share