ASMAN

ASMAN Asman257

13/05/2026

�����������

06/04/2026

Game over 😂😂😂🤣🤣😂

🔴🔵Ikinyamakuru La Ser cavuze yuko Ademola Lookman na Julian Alvarez kumusi wa gatandatu aho umugwi wabo wa Ath Madrid wa...
06/04/2026

🔴🔵Ikinyamakuru La Ser cavuze yuko Ademola Lookman na Julian Alvarez kumusi wa gatandatu aho umugwi wabo wa Ath Madrid wariko wambikana na Fc Barcelona bagumye kugatebe bihweza neza Défense ya FC Barcelona ukwo bazoyikina kumusi wagatatu I Camp Nou vyoroshe 😊

🔙Ico kinyamakuru kivuga ko Diego Siméone yabagumije kuntebe kugira baze bararaba Défense ya FC Barcelona uko boyicako vyoroshe ku musi wa gatatu muri UEFA Champions League

🔶Mubona Atletico Madrid woba ugiye kuba umugwi wambere uzotsindira FC Barcelona kuri CAMP NOU ? Canke nubu bazoyibwagaza😊❓❓

♻️Ukaba wipfuza kuza uramenya amakuru y'inkino agezweho
Gira FOLLOW Asman

30/03/2026

Ba catholique😭😭😭😭😭😂😂😂😂

24/03/2026
🔵🟣Barcelona irifuza kwongereza amasezerano ya Marc Bernal na Gerard Martin Marc Bernal 'na Gerard Martin bamaze kuba aba...
24/03/2026

🔵🟣Barcelona irifuza kwongereza amasezerano ya Marc Bernal na Gerard Martin

Marc Bernal 'na Gerard Martin bamaze kuba abakinyi ngirakamaro ba Hansi Flick ino sezo biravugwa ko Barcelona yifuza gukurikirana kazoza kabo hagufi

Gerard Martin afise amasezerano azomugeza 2028 hama Marc Bernal kugeza 2029 bompi Barcelona ibona ko bategerezwa guhabwa ayandi masezerano mashasha nyaburya babaye abakinyi ngirakamaro muri Effectif ya Hansi Flick

✅Mundo Deportivo

🔴🔵Ingwanyi za Fc Barcelona mu munezero mwinshi mumugwi nserukiragihugu gihugu wa  Espagne ♻️Ukaba wipfuza kuza uramenya ...
24/03/2026

🔴🔵Ingwanyi za Fc Barcelona mu munezero mwinshi mumugwi nserukiragihugu gihugu wa Espagne

♻️Ukaba wipfuza kuza uramenya amakuru y'inkino agezweho
Gira FOLLOW ASMAN

©️COPYRIGHT:  🔵🔴 Intamba ntiziriko ziroroherezwa i Ndjamena  !I Ndjamena, ibintu hanze y’ikibuga si vyiza na gato. Hari ...
24/03/2026

©️COPYRIGHT:

🔵🔴 Intamba ntiziriko ziroroherezwa i Ndjamena !

I Ndjamena, ibintu hanze y’ikibuga si vyiza na gato. Hari ukutumvikana kwavutse ku bijanye n’amasaha y’imyimenyerezo y’Intamba mu Rugamba. Nk’uko vyari bitegekanijwe uyu munsi, umugwi nserukiragihugu w’UBurundi wari gukora imyimenyerezo ibiri kuri uyu wa kabiri :

- Imyimenyerezo ya mbere kuva isaha zitanu n’igice gushika isaha zitandatu n’iminota cumi n’itanu (ku masaha yo muri Ndjamena), iyigira kabiri igatangura isaha cumi n’imwe z’umugoroba.

Ariko rero, Ishirahamwe rya Tchad ryanse ko imyimenyerezo yo mu gitondo ibera ku kibuga kuko ari amasaha y'urukino ariko baciye bacugara kugira babuze imyimenyerezo.
Kugira bashobore gukora imyimenyerezo yo mu gitondo, Intamba mu Rugamba bakoreye muri jardin y’ihoteri bashikiyemwo .

📷 : DR

Address

Chamba Valley
Lusaka
10101

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ASMAN posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category