Emma2K

Emma2K Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Emma2K, Grocers, Nairobi, Kigali.

Bringing hope through God's word,🔥💯 inspirations and reels@Obed Joshua | GospelLife
🎤💕 Praise & Worshipper✍️🎶 Gospel Songwriter
🎥🙏 Faith Content Creator (Utube, Facebk&Tiktok)
👑✨ Chris, the King of Glory lives in me🙏🙏🙏🙏

🇰🇪 Umushingamateka wa Kenya, Beatrice Elachi, yavuze ko Abarundi benshi bari gufata akazi koroheje muri Kenya, cane cane...
19/06/2026

🇰🇪 Umushingamateka wa Kenya, Beatrice Elachi, yavuze ko Abarundi benshi bari gufata akazi koroheje muri Kenya, cane cane mu bwubatsi no mu kurarira impangu, kubera bemera guhembwa amafaranga make kurusha Abanyakenya.
📌 Avuga ko ivyo bituma Abanyakenya batakaza akazi canke bagahembwa make.
📌 Yasavye Reta ya Kenya gufata ingingo zikomeye ku banyamahanga bakora ivyo bikorwa mu buryo butubahirije amategeko.
📌 Yavuze ko azoshikiriza ico kibazo mu Nama Nshingamateka kandi agatera akamo ko hakorwa ibishoboka vyose kugira harindwe akazi k'Abanyakenya.
📌 Yaburiye kandi abakoresha canke abazanana abakozi b'abanyamahanga ko bashobora gukurikiranwa n'amategeko.
💡 Muri make, ikibazo nyamukuru yashimikiyeko ni uko Abarundi bemera umushahara muto, ivyo bikaba ngo biriko bigira ingaruka ku mahirwe y'akazi n'imishahara y'Abanyakenya.

Murabona Africa ija hehe?ubumwe twibaza tuzobushikako mugihe ugwanko ninzigo bibandanya birwira mubihugu vya Africa???

Nturindire ngo bitungane....         #
18/06/2026

Nturindire ngo bitungane....
#

MOTIVATION DU JOURUMUSI MUSHASHA ,AKANDI KARYO,,AYANDI MAHIRWE          #
17/06/2026

MOTIVATION DU JOUR
UMUSI MUSHASHA ,AKANDI KARYO,,AYANDI MAHIRWE
#

Uku iko ubwenge bumeze...      💪🏾🌱
16/06/2026

Uku iko ubwenge bumeze...
💪🏾🌱

15/06/2026

Kera nari nzi ko umuntu 💘💔🫢🫢akubwiye ngo ndagukunda kwariko biba biba bimeze🫴🫴🫴weho wibaza iki!!!
💪🏾🌱

NDAKWIFURIJE INDWI YAKARUHUKO‎Akaruhuko 🔥ntibisigura kwicara indwi yose canke kuryama indwi yose..💯.‎Bisigura umutuzo,am...
15/06/2026

NDAKWIFURIJE INDWI YAKARUHUKO
‎Akaruhuko 🔥ntibisigura kwicara indwi yose canke kuryama indwi yose..💯.
‎Bisigura umutuzo,amahoro mumutima umunezero hagati no muvyokunaniza.
‎Uhoraho agukurireho ibikunaniza niyo vyobaho Aguhe amahoro gutuza umunezero hagati mwivyo bihe.NDAKWIFURIJE INDWI YAKARUHUKO

14/06/2026

Mugire Umusi wImana mwiza.
Uhoraho abatwenze,
Uhoraho abaraberyiza,
Uhoraho ababe hafi.

Wiyumvira iki hano ?Bikwereka iki se?Shirako like wirenganireCanke utange iciyumviro 👇👇      💪🏾🌱
10/06/2026

Wiyumvira iki hano ?
Bikwereka iki se?
Shirako like wirenganire
Canke utange iciyumviro 👇👇
💪🏾🌱

08/06/2026

None 😇🤣🤣🤣 wangerageje none

💪🏾🌱

Iyi MBWA 🐕 🐶 atari le ya  mbwa le comedy iriko iragurishwa ibihumbi 60 vyamashilling ya kenya.akaba aramahera kuri march...
08/06/2026

Iyi MBWA 🐕 🐶 atari le ya mbwa le comedy iriko iragurishwa ibihumbi 60 vyamashilling ya kenya.akaba aramahera kuri marche noir yababa 1,500,000FBU🫣🤣🤣🤣.abazifise muziryameko
urakeka iri buronke isoko canke wibaza kwarimikino!!?NYeneyo avuga ko ayabonye60,000 ntiva iwe!!!

Address

Nairobi
Kigali
0000

Telephone

+250780081171

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Emma2K posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Emma2K:

Share

Category