Javani Elia

Javani Elia Informações para nos contactar, mapa e direções, formulário para nos contactar, horário de funcionamento, serviços, classificações, fotos, vídeos e anúncios de Javani Elia, Mercearia, Cabo deregado Mutepues, Maputo.

17/04/2026

muze hano mbereke ugusangira kwizewe

16/04/2026

muhezagigwe naka karirimbo

biratandukanye cane  aho mugihugu kibanyi ca    mukarere ka   haraheze iminsi 9 higaragaje ikiyabu capfuye gifise amapfu...
14/04/2026

biratandukanye cane aho mugihugu kibanyi ca mukarere ka

haraheze iminsi 9 higaragaje ikiyabu capfuye gifise amapfundo 8 yimiti kumubiri wanyakiyabu vyabereye muri ya la bure

Ibintu nkivyo vyasubiriye kuba kandi uyumusi muriyi ya la Bure ahonyene

hari bamwe mubenegihugu bavuze bati ibintu nkivyo vyerekana ko muriyo harimwo abantu bakoresha amangetengete bongera banamira abantu bakoresha ivyobintu muriyo

kuruhande gwumwe mubakozi ba reta bomuriyo yavuzeko yafashe ingingo yoguturira ico kiyabu

12/04/2026
11/04/2026

pirato

11/04/2026

Mwaramutse gute mwese? Uyumusi turarabira hamwe ivyabamwe bari mucogajuru

Aba   bambere bageze kure baduze ibirometero 406.000 kuva ngaha kwisi nibo bambere bageze kurebasumbije abari abambere b...
09/04/2026

Aba bambere bageze kure

baduze ibirometero 406.000 kuva ngaha kwisi nibo bambere bageze kure

basumbije abari abambere bo 1970
bashoboye kugera kubirometero 400.000
bava ngaha kwisi

uyumugwi washoboye kugera kure warugizwe nabantu 4 mucogajuru arubo baba
- wiseman
- groter
- koch
- hansen wumunyakanada

tunabamenyeshako bari munzira bagaruka bashobora gushika hano kwisi kumunsi wejo 10/04 uyumwaka nyene bazokururukira mukiyaga ca

07/04/2026

mhubiri anatuita fasta

Endereço

Cabo Deregado Mutepues
Maputo
JAVASEYI

Website

Notificações

Seja o primeiro a receber as novidades e deixe-nos enviar-lhe um email quando Javani Elia publica notícias e promoções. O seu endereço de email não será utilizado para qualquer outro propósito, e pode cancelar a subscrição a qualquer momento.

Compartilhar

Categoria