Urwaruka rukunda igihugu c,UBURUNDI

Urwaruka rukunda igihugu c,UBURUNDI Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Urwaruka rukunda igihugu c,UBURUNDI, Grocers, Cap town/brackenfell, Brackenfell.

muzukuru wa ngurube raba ukore nkabantu ureke guturira amasoko
22/08/2026

muzukuru wa ngurube raba ukore nkabantu ureke guturira amasoko

22/08/2026

reta yuburundi nidusigurire igituma iguma itegura guhomvya abene gihugu.none izosoko zisha kubera iku?

ndasubiye gusaba umukuru w,igihugu ndayishimiye Evaliste. niyihe ubuki abanegihugu bataricwa nikigoyi.ayomasoko arigusha...
21/08/2026

ndasubiye gusaba umukuru w,igihugu ndayishimiye Evaliste. niyihe ubuki abanegihugu bataricwa nikigoyi.ayomasoko arigusha nikimenyetso cuko akwiye kwiha ubuki vyamunaniy gutwara

Nguyo mbaye ahaga ariyerekanye
18/08/2026

Nguyo mbaye ahaga ariyerekanye

beautiful
17/08/2026

beautiful

uyumuntu ndamwibuka aryosha amakuru yarakundwa cane
17/08/2026

uyumuntu ndamwibuka aryosha amakuru yarakundwa cane

igituma intwaro y,uburundi idashoboye ntanubwo bazi n,ukwandika
15/08/2026

igituma intwaro y,uburundi idashoboye ntanubwo bazi n,ukwandika

Igihugu c,uburundi j,irakwiye kwerekana igituma kiguma jigandagura abantu bomubushikiranganji bw,itumatumanako bakabesha...
15/08/2026

Igihugu c,uburundi j,irakwiye kwerekana igituma kiguma jigandagura abantu bomubushikiranganji bw,itumatumanako bakabesha kwari accident. dukeney umuco wizompfu mubushikiranganj bumwe gusa ico bivako

muka ngurube na ngurube ngabo
14/08/2026

muka ngurube na ngurube ngabo

14/08/2026

Ndayishimiye Evaliste president w,uburundi nakarwi kiwe kuberi baguma bakwegera abene gihugu mukanga!!!ubukene bw obitoro,amazi,amafranga yagaciro inzara yamaze abene gihugu,ubushomeri,agashahara katagirwira umukozi wareta.passport nibindi nibindi.tumusabe yegure

Address

Cap Town/brackenfell
Brackenfell

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Urwaruka rukunda igihugu c,UBURUNDI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category